BIMWE MU BIKORWA EMY EMERY ARIKO AKORA

By  |  0 Comments

Emy Emery
Emy Emery n’umwe mu runganwe ruzwi cane mu ndirimbo zo guhimbaza Imana hano mu gihugu cacu.Uwo musore wumva aramaze gukora indirimbo zitari nke abenshi mukaba mumuzi mu ndirimbo yise Jubile aho yakoranye n’abandi baririmvyi ndetse n’izindi yakoranye na Fortran Bigirimana. Ndetse fortran akaba yagiye amuba hafi kuko bagiye banajana mu biteramo hanze y’igihugu nko muri Kenya.

-Bamwe mubo bazokinana iyo reresi-
Emy rero akaba adafise izo ngabirano gusa ngo ashoboye no gukina amareresi.Ubu akaba ari mu gihugu ca Tanzanie aho ari kumwe n’abandi baririmvyi bo muri East Africa bariko bakina ireresi ya gouvernement yaho nyene.Akaba atagiye yijanye akaba ari kumwe n’uyundi murundikazi.

-Emy Emry na Cynthia KEZAMAHORO-

Imwe mumafoto ari muri Tanzania

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar