Hamaze gutorwa ibiziga bishika 150 bahitanywe nayamvura iheruka kurwa mugihugu c’Uburundi

By  |  0 Comments

One of the dead girl found in bushes along RN1 © CSU / Iwacu

Mumakuru avugwa mugihugu c’Ubrundi, hamaze gutorwa ibiziga vyabantu bishika kwi 150 bahitanywe nayamvura yisengenya yahita mugisagara c’Ibujumbura mumatariki ya 9 Ruhuhuma (February) muruno mwaka nyene wi 2014.

Reta hamwe namashiramwe yigenga ariko arakora ibishoboka mugufasha abo bantu babuze ivyabo nivyabo. Tukamenyesha kandi ko reta yari yaratanze imisi ibiri yukwibuka abo bahitanywe niyo mvura. Reta y’uburundi ikamenyesha kandi ko bashizeho ibanki (Bank or Contempt) yo gufasha abo abasinzikajwe nimvura kuko havugwa ko hariho abanyagihugu barenga ibihumbi bitatu inzu zabo zabomotse batagira aho barambika umusaya. bakaba barituye muri Reka, Reta nayo haraho yabanje irabashira kugira babe barabafashirizaho.

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar