New Track: Turagushima Mana by Methusela Nzisabira
[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/Turagushima-mana.mp3]
Methusela numwe mubaririmvyi ahimbaza Imana atuye mugisagara ca Dallas, Texas; kandi akaba ari mugikundi c’Ikwaya aho atuye akongera kuba afise studio yiwe ikora amajwi, ikaba irimwe muzifitaniye ubumwe na BURUNDIAN GOSPEL. Ino Ndirimbo yayiririmvye inyuma y’Igikorane c’Urwaruka ca CAG “CAG Youth Conference” cabereye muri Dallas, Texas. Kino gikorane carahuye namageragezwa menshi ariko Imana yarabarinze barakirangiza amahoro. Kuko Methusela numwe mubanywanyi ba CAG Ministry, acha asohora runo ruririmbo ashimira Imana ukengene yashoboje ico gikorane agashoboza n’Urwaruka rugize CAG Ministry kugirango barangize neza igikorane. Shimwa Mana urabikwiye!
regranulat
November 24, 2012 at 1:44 AM
I am so happy to read this. This is the type of manual that needs to be given and not the random misinformation that’s at the other blogs. Appreciate your sharing this best doc.
ndanda
December 26, 2012 at 8:09 PM
imana ishimwe , methu nijewe ndanda kuri CAG ubwo rero imana iguhezagire kubwururirimbo waririvye
Methuselah
December 28, 2012 at 6:58 AM
murakoze cane , namwe muhezagirwe