New Track: Nyamanza By Emmanuel Mbasha

By  |  0 Comments

Umuririmvyi mushasha mugihugu ca Tanzania, Bongo agenda kwizina rya “Emmanuel Mbasha”  Kuri radio POWER PRAISE FM niho uno muririmvyi yantangaje ko ariko aritegurira gusohora nyishi. Uno muririmvyi akaba aririmba mu mudiho wa Gospel Hip Hop ariko akaba aririmba amajambo ahimbaza Imana, nuko rero yamuwe muririmba murubwo buryo kugirango yerekane ko buri mudiho wese Imana ishobora kuhimbarizamwo kugirango nabandi benewacu bamenye ko mugakiza hari umudiho kandi wuburyo bwose.

[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/11/Nyamaza.mp3]

Emmanuel Mbasha avuga ngo Hora hama wirabire ubwiza bw’Imana, naho uhaye uca mumageragezwa menshi yuburyo bwose butandukanye, ihorere wirabire ubwiza bw’Imana bwururukire kuri wewe murayo mageragezwa yawe!

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar