All posts by Burundian Gospel
-
Burundian Gospel | November 4, 2012
Bukuru Celestin mugiteramo (Show) ya Ronoake City
Umurririmvyi rurangiranwa w’umurundi ngaho muri reta ya Virginia mugisagara ca RONOAKE, yari yaratumiwe mugiterane gikomeye c’igisagara ca Ronoake...
-
Burundian Gospel | November 3, 2012
Kibona Ipyana ariteguriye gusohoza alubamu Nshasha “Nimekutana na yesu”
Kibona Ipyana numwe mubaririmvyi babatanzaniya mushasha agiye gusohora Alubamu yiwe yambere izokwitwa “NIMEKUTANA NA YESU (Narahuye na Yesu)”....
-
Burundian Gospel | November 2, 2012
Nezerwe na runo ruririmbo “Ikiraro”
Abenshi murikino gihe tumeze nkibiraro kandi dukorera ubusa. Nuko ukaba uri umuririmvyi canke umukozi w’Imana canke uwariwe wese,...
-
Burundian Gospel | November 1, 2012
New Coming soon Album “KUNG’UTA YESU” by Rose Muhando
Kurino Web yacu dushima kubamenyesha amakuru yabandi baririmvyi bo mubindi bihugu hasasa Tanzania kuko tuzi yuko hariho abarundi...
-
Burundian Gospel | October 31, 2012
New Single Track: Wanandoa By Rose Mhando FT Stella Joel
Stella Joel Ni gake abantu Usanga abaririmvyi baririmba Indirimbo z’Imana basangira numuririmvyi wundi, nimba bahari kabisa nibake. Umuririmvyi...
-
Burundian Gospel | October 31, 2012
New Track: Yesu Ni Yuleyule by Bukuru Celestin Ft Jonathan
Bukuru Celestin umwe mubaririmvyi bamenyekana cane muri Amerika na CANADA kuri Album yiwe yambare “URUGENDO” nuko yashimwe...
-
Burundian Gospel | October 30, 2012
New Track: Turagushima Mana by Methusela Nzisabira
Methusela numwe mubaririmvyi ahimbaza Imana atuye mugisagara ca Dallas, Texas; kandi akaba ari mugikundi c’Ikwaya aho atuye...
-
Burundian Gospel | October 30, 2012
New Album of A particular Choir from Burundi
Sodoma na Gomorah Abigishwa 70 Twisuzume NOTE: BURUNDIAN GOSPEL owns no rights of this...