All posts by Burundian Gospel
-
Burundian Gospel | October 29, 2012
New Album “Usikate Tamaa” from Witness M. Kabura
“Fyonda kwipica kugira ugure CD yiwe, canke uhamagare kuri 210-291-4952” Umuririmvyi aririmba akongera Ahimbaza Imana muburyo bw’Indirimbo, yitwa...
-
Burundian Gospel | October 28, 2012
Amashengero Menshi by DAY Choir from Texas
Dallas African Youth Choir cari igikundi c’urwaruka baririmbira mugisagara ca Dallas, Texas ariko ubu ikwaya yarasabutse bivanye nuko...
-
Burundian Gospel | October 28, 2012
Yesu Ndiye Mzabibu By DAY Choir from Texas
DAY Choir yari Ikwaya ririmbira mugisagara ca Dallas, Texas ariko aho Ishengero ryigaburamwo kubiri, Igikundi caciye gihagarara ubu...
-
Burundian Gospel | October 28, 2012
New Track: Ikingera by Seth Vyamungu “Kaburungu”
Muri runo ruririmbo Seth Vyamungu atwibutsa ibitugerageza murugendo rwo kuja mwijuru. Hano kwisi harivyo biduhenda kandi bidusamaza....
-
Burundian Gospel | October 28, 2012
New Track: Uruwiteka by Aline Vyuka
Aline Vyuka numwigeme ahimbaza Imana muburyo bw’Indirimbo atuye muri Sioux Falls, South Dakota, amaze gusohoza Album yiwe...
-
Burundian Gospel | October 28, 2012
New Track: Yosefu by Upendo Choir from South Dakora
Upendo Choir ni Igikundi c’Ikorare gihimbaza Imana mwishengero LMPC (Light Mission Pentecostal Church) muri Sioux Falls, South...
-
Burundian Gospel | October 28, 2012
New Track: Omba Sana by Claudine Nininahazwe
Claudine NININAHAZWE n’Umuririmvyi ahimbaza Imana kandi akaba ari mugikundi c’Ikwaya muri Saint Louis, Misouri. Runo ruririmbo ni...
-
Burundian Gospel | October 27, 2012
Iyo iwacu mwijuru By Wake Up Choir mugikorane ca CAG Ministry “Dallas, TX
Ukaba wari waragiye mu gikorane c’Urwaruka cari gizizwe na CAG Ministry, ndazi uribuka vyinshi ukaba utagiye naho warahomvye!...