Gospel News
-
Burundian Gospel | July 29, 2013
Ezekiel Kwizera numwe mubavuza piano babarundi akomeye cane hano USA
Picture Taken by Seth Kaburungu (Afro Shemeza Studios), Sioux Falls, South Dakota Ezekiel Kwizera numwe mubacuraranzi ba Piano...
-
Burundian Gospel | July 27, 2013
Denis Lison hamwe na Group yiwe “Habari Njema” basohoye iyindi album
Denis Lison numwe mubaririmvyi baririmba Indirimbo zo guhimbaza Imana (Gospel) atuye mugihugu c’Uburundi Nyanza Lac, Makamba; basohoje umukanda...
-
Burundian Gospel | July 27, 2013
Amen Choir nayo ngo iri mumyiteguro yo gusohoza CD! [Burundi Gospel]
Amen Choir nimwe mumihari mumenyeye isanzwe irimba indirimbo z’Imana (Gospel), Mubinyamukuru bimwe bimwe, turabona ko uno muhari uriko...
-
Burundian Gospel | July 26, 2013
Intumwa (Apostle) Paul Gitiwaza agomba kwimukira mu Gihugu c’Ubrundi
Amakuru aturuka mu gihugu cy’u Burundi aremeza ko intumwa Dr. Muhirwa Paul Gitwaza agiye kwimukira mu gihugu cy’u...
-
Burundian Gospel | July 26, 2013
Interview “Ibiganiro” with Adora Uwimana by Seth Kaburungu [Burundi Gospel]
Adora Uwimana numwe mubaririmvyikazi babarundi aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana, umwe mubaririmvyi babigeme ahaye azanana numuvuto munini cane...
-
Burundian Gospel | July 26, 2013
Interview “Ibiganiro” with Emy Smith by Seth kaburungu [Burundi Gospel]
Emy Smith numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo za guhimbaza no gutazira Imana (Gospel Music), atuye Ibujumbura, Burundi. Aramaze gusohora...
-
Burundian Gospel | July 22, 2013
Alubamu “AMUWA” ya Kabura Erickson yashizwe kumugaragaro
Umwe mubaririmvyi bahaye baza numuvuto “Erickson Kabura” yasize kumugaragaro Alubamu yiwe yambere yise “AMUWA” ubu ikaba iriko iradandazwa...
-
Burundian Gospel | July 16, 2013
Music Video Album “Nampenda” ya Adora Uwimana yasizwe kumugaragaro
Umwe mubaririmvyi babigeme bariko baza numuvuto munini, Adora Uwimana azananye numuriro udasanzwe muri Gospel Music mugihugu c’uburundi. Adora...