Gospel News
-
Burundian Gospel | July 14, 2013
Kuri Life Center Church iBujumbura, Himirije kuba igikorane gikomeye cane
Ishengero rya Life Center Church iBujumbura, Burundi irahaye kaze abakristo mwese mutuye mugihugu c’Uburundi mugikorane bateguye aho kizoba...
-
Burundian Gospel | July 14, 2013
Umuhari Angels Choir yimirije gushira kumugaragaro Album yabo yakabiri bise “Maombi Ni Silaha”
Umuhari Angels Choir numwe mumihari ikomeye cane kandi imenyekana hano muri Reta Zunze ubumwe z’Amerika, aho album yabo...
-
Burundian Gospel | July 9, 2013
Amen Choir nimwe mumakwaya aririmba neza kandi ngo mugikorane baravyishe biracika
Umuhari “Amen Choir” nimwe mumihari irimba indirimbo z’Imana (Gospel)hano muri Reta zunze ubumwe z’Amerika (USA) batuye muri reta...
-
Burundian Gospel | July 9, 2013
Album Shasha umuhari witwa “The Blessed Singers” yimirije gusohora
Umuhari “The Blessed Singers” utuye mugihu ca Kanada (Canada) Vancouver, BC (British Columbia), bamwe mubaririmba bakongera bagahimbaza Imana...
-
Burundian Gospel | July 8, 2013
Pastor Depapa Launching his Album “Zaburi 103- Msifuni Bwana Daima” [Burundi Gospel]
Pastor Depapa numwe mubaririmvyi baririmba Indirimbo z’Imana akongera akaba umupasiteri (Pastor), kandi numwe mubarongora indirimbo zo guhimbaza no...
-
Burundian Gospel | July 6, 2013
Cecilia (Cecy) Ngarama ati arihafi yo gusohora Album yiwe yakabiri yise Gologota kandi yifuza kwizosohokera mugihugu c’Uburundi
Cecilia Ngarama abenshi bamuhamagara Cecy, numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo za Gospel bahaye baza numuvuto munini cane, tubibutse kandi...
-
Burundian Gospel | July 6, 2013
Amwe mumafoto yigiteramo ca “Adora Uwimana” cabaye kwitairiki 5 zukwindi, 2013 iBujumbura, Burundi
Igiteramo kitaraba, “Adora Uwimana” ariko yerekana imyiteguro uko yifashe Amapozi arabandanya Jiji Seven avuga kwigiteramo yari kiryoshe cane...
-
Burundian Gospel | July 5, 2013
Fabrice Nzeyimana na Album Nshasha yise “Mu Buntu”
Fabrice Nzeyimana numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo z’Imana (Gospel) bakomeye cane kandi uzwi cane mugihu c’Uburundi; Mukwezi kwagatatu muruno...