Gospel News
-
Burundian Gospel | July 5, 2013
David Nduwimana muri Kenya
Umuririmvyi akomeye cane, umwe mubambere muri Gospel y’uburundi “David Nduwimana” yafashe urugendo rwo kuja muri Kenya. Ntiyashoboye gushira...
-
Burundian Gospel | July 5, 2013
Umuririmvyi “Fabrice Ndayishimiye” ashize ahabona urubuga (Website) rwa bizinesi yiwe
Fabrice NDAYISHIMIYE numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo z’Imana (Gospel) w’umurundi atuye iBujumbura, Burundi, akaba amaze gusohoza indirombo 7 (7audio...
-
Burundian Gospel | July 3, 2013
Kabura K. Erickson yimirije gusohoza alubamu Nshasha yise “AMUWA”
Kabura k. (babukay) Erickson Numwe mubaririmvyi bariko bazanana ninguvu nyinshi cane, uno muririmvyi akaba yimirije gusohoza ulubamu yiwe...
-
Burundian Gospel | July 2, 2013
Urugendo rwa Seth Kaburungu muri San Antonio, TX
Intumwa ya Yesu (Apostle Seth K. Vyamungu) akongera akaba umuririmvyi aririmba ndirimbo za Gospel, aho aherutse kugira urugendo...
-
Burundian Gospel | July 2, 2013
Album “TWISUZUME” ya Hope Choir yasizwe kumugaragaro
Umuhari umenyekana kwizina rya HOPE CHOIR, bashize kumugaragaro urukurikirane (album) rwabo rwambere, ubu ukaba ushobora kuronka iyo CD....
-
Burundian Gospel | June 28, 2013
Interview With Naasson Niyonsaba from the Album of “Mana Hindura”
Naasson Niyonsaba numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo za Gospel, numwe mubatanguye vuba kandi akaba amaze gusohora album yiwe yambere...
-
Burundian Gospel | June 26, 2013
Alex Sibomana avuga ko bitari bibereye abana b’Imana kugurisha ama album “Indirmbo”
Alex Sibomana numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo z’Imana atuye mur Richmond, VA kandi akaba no muri bamwe bahawe ingabire...
-
Burundian Gospel | June 25, 2013
Igiteramo c’Umuririmvyikazi “Adora Uwimana kirabandanya namyiteguro ikomeye
Adora Uwimana n’Umuririmvyikazi ariririmba akongera agahimbaza Imana mukarere ka Bujumbura, Burundi. Uno mwigeme nkuko mwari musanzwe mubizi ariko...