Gospel News
-
Burundian Gospel | April 14, 2014
Ukuri kwibinyegezwa bihaye bikorwa numugambwe CNDD-FDD “Uburundi buracafise Imana”
-Haheze imisi mwumva inkuru zicacagirana ko hoba hari itangwa ry’ibirwanisho mu rwaruka rwa Cndd Fdd(Imbonerakure),hakaba hari n’umugambi wo...
-
Burundian Gospel | March 25, 2014
Umuririmvyi Emy Emery avuga ko isanamu (Movie) yiwe yashizwe kumugaragaro
Umuririmvyi Emy Emery atuye iBujumbura, Burundi avuga ko isanamu (Movie) yiwe yise Return To Salvation iri kumugaragaro; abanywanyi...
-
Burundian Gospel | March 20, 2014
New Audio: Kama Majaribu Ni Mengi – Abdallah AKA A.B NI
Abdallash AKA A.B NI numuririmvyi mushasha aririmba indirimbo za gospel, inkuru nyishi kuruno muririmvyi tugiye kuzibazanira. TUBASABE MUKORESHE...
-
Burundian Gospel | March 19, 2014
Cecilia Ngarama ashize kumugaragaro alubamu yiwe yise “GOLGOTHA”
Cecilia Ngarama amenyekana kwizina rya Cecy, yashize kumugaragaro urukurikirane (album) rwindirimbo ziwe yakoreye mugihugu c’uburundi igihe aherukayo....
-
Burundian Gospel | March 10, 2014
New Audio: Imvura – Aime M. Ft Jack No, Johnson Mukubwa, Izack Della, King Ven
Uru nururiririmbo rwahariwe gufasha basinzikajwe nayamvura mugihugu c’uburundi muruno mwaka (8 February, 2014). Umuririmvyi Aime M. yakoze...
-
Burundian Gospel | March 3, 2014
Intumwa idasanzwe ya Amerika mu karere kibiyaga binini, iravuga ko muburundi hashobora kwaduka intambara yihonya bwoko
Intumwa idasanzwe ya Reta Zunze Ubumwe z’Amerika iravuga ko mu Burundi hashobora kwaduka ihonya bwoko atakibuza. kwava Laurent KAVAKURE...
-
Burundian Gospel | February 28, 2014
Reta ya America hamwe na Reta yubushinwa (China) batanze imfashanyo mugufasha abasinzikajwe nayamvura iBujumbura
Inyuma yaho imvura yisegenya yagwa mubururundi mugisagara ca Bujumbura, ikica abarenga abantu 150 abasigaye barakomeretse bikomeye barenga 180,...
-
Burundian Gospel | February 26, 2014
Igihugu c’Uburundi Kigeze ahatemba: Ngo hategerezwa gupfa abantu 666 kugirango Petero Nkurunziza abandanye atwara igihugu c’Uburundi
Inkuru zitamenyekana cane zihishije ariko bikaba biriko bija kumugaragaro; Umugambwe uri kubutegetsi CNDD-FDD yafashe icemezo co gutwara uburundi...