Gospel News
-
Burundian Gospel | February 23, 2014
Ngo Imfashanyo zigenerwa gufasha abasinzikajwe nayamvura, ngo ntizishikira bose
Idadi ya wakazi wa wilaya hiyo ya mijini ya Buterere denounces cheating katika usambazaji wa misaada kwa waathirika...
-
Burundian Gospel | February 17, 2014
Umuririmvyi “Aime M.” ariko agomba abaririmvyi kwiyunga nawe mukugira uririmbo rwo guhoza abarundi basinzikajwe nayamvura
Aime M. umwe mubaririmvyi babarundi atuye mugihugu ca America, asaba kwabaririmvyi bagenzi we bokwiyunga nawe mugukora ururirimbo yise “IMVURA”...
-
Burundian Gospel | February 15, 2014
Rwanda: Umugambi wo kwica Peter Nkurunziza, umukuru w’igihugu c’Uburundi no kugaba igitero muri Tanzania bigeze kure
Iminsi myinshi! Nyamuneka mujya mungaya gutinda ntimukangaye guhera. Ariko nubu nje nkuwinyabya kuko akanya mfite kangana iyara, ariko...
-
Burundian Gospel | February 14, 2014
Hamaze gutorwa ibiziga bishika 150 bahitanywe nayamvura iheruka kurwa mugihugu c’Uburundi
Mumakuru avugwa mugihugu c’Ubrundi, hamaze gutorwa ibiziga vyabantu bishika kwi 150 bahitanywe nayamvura yisengenya yahita mugisagara c’Ibujumbura mumatariki...
-
Burundian Gospel | February 10, 2014
Imvura yaraye iguye mugihugu c’Uburundi yaraye yishe abantu bashika 50 kubwumuzure
Uwu mubon I buryo nigoti yirabura n’uwurongoye igisagara c’Ibujumbura “Mayor” Amakuru avugwa mugihugu c”uburundi, Imvura yaguye ku musi...
-
Burundian Gospel | February 5, 2014
Umuhari “Hope Choir” ushize kumugaragaro Alubamu yabo yambere bise “TWISUZUME”
Hope Choir n’Umuhari uririmba ukongera uhimbaza Imana muburyo bw’Indirimbo. Hope Choir yarimaze imisi yiteguriye gushira kumugaragaro Alubamu yabo...
-
Burundian Gospel | January 24, 2014
Emery Emy ariko asohoza ireresi (Film) yiwe yise “Return To Salvation”
Umuririmvyi Emery Emy nkuko twari twarabitangaje hano kurubuga rwacu, kwaherutse muri tanzania gukina ireresi (Movie) nabakinyi rurangiranwa...
-
Burundian Gospel | December 29, 2013
Umuririmvyi w’Umurundi aba Israel “Bonfils Nikiza” yimirije gukora ibiteramo mubihugu vyinshi
Bonfils Nikiza numwe mubaririmvyi babarundi baririmba indirimbo z’Imana baba mubihugu vyo hanze, we akaba atuye mugihugu ca...