Indirimbo
-
Burundian Gospel | November 15, 2012
New Track: “Msifuni Bwana” by Fabrice Ndayishimiye
Fabrice Ndayishimiye numuririmvyi wumurundi mushasha amaze kurikodi indirimbo zishika kuri zi 6, akaba atuye mugihu c’Uburundi, mugisagara...
-
Burundian Gospel | November 14, 2012
New Track: “Huyajibu Maombi” by Witness M. Kabura
Umuririmvyi “Witness M. Kabura atuye mugisagara ca San Antonio, Texas, akaba yashimwe gusangira nabanywanyi imwe murizo yaririmvye....
-
Burundian Gospel | November 13, 2012
Album “Safari ya Mkristo” by The Voice of God Choir
Igikundi (choir) gituye mugisagara ca Des Moines, Iowa kikaba citwa “The Voice of God (Ijwi ry’Imana), basohoye CD...
-
Burundian Gospel | November 2, 2012
Nezerwe na runo ruririmbo “Ikiraro”
Abenshi murikino gihe tumeze nkibiraro kandi dukorera ubusa. Nuko ukaba uri umuririmvyi canke umukozi w’Imana canke uwariwe wese,...
-
Burundian Gospel | October 31, 2012
New Track: Yesu Ni Yuleyule by Bukuru Celestin Ft Jonathan
Bukuru Celestin umwe mubaririmvyi bamenyekana cane muri Amerika na CANADA kuri Album yiwe yambare “URUGENDO” nuko yashimwe...
-
Burundian Gospel | October 30, 2012
New Track: Turagushima Mana by Methusela Nzisabira
Methusela numwe mubaririmvyi ahimbaza Imana atuye mugisagara ca Dallas, Texas; kandi akaba ari mugikundi c’Ikwaya aho atuye...
-
Burundian Gospel | October 30, 2012
New Album of A particular Choir from Burundi
Sodoma na Gomorah Abigishwa 70 Twisuzume NOTE: BURUNDIAN GOSPEL owns no rights of this...
-
Burundian Gospel | October 28, 2012
New Track: Ikingera by Seth Vyamungu “Kaburungu”
Muri runo ruririmbo Seth Vyamungu atwibutsa ibitugerageza murugendo rwo kuja mwijuru. Hano kwisi harivyo biduhenda kandi bidusamaza....