Indirimbo
-
Burundian Gospel | October 28, 2012
New Track: Uruwiteka by Aline Vyuka
Aline Vyuka numwigeme ahimbaza Imana muburyo bw’Indirimbo atuye muri Sioux Falls, South Dakota, amaze gusohoza Album yiwe...
-
Burundian Gospel | October 28, 2012
New Track: Yosefu by Upendo Choir from South Dakora
Upendo Choir ni Igikundi c’Ikorare gihimbaza Imana mwishengero LMPC (Light Mission Pentecostal Church) muri Sioux Falls, South...
-
Burundian Gospel | October 28, 2012
New Track: Omba Sana by Claudine Nininahazwe
Claudine NININAHAZWE n’Umuririmvyi ahimbaza Imana kandi akaba ari mugikundi c’Ikwaya muri Saint Louis, Misouri. Runo ruririmbo ni...
-
Burundian Gospel | October 27, 2012
New Track: Mpa Inkomezi By Ndanda Johnson
Mwami Mana mpinkomezi kugirango neshe. Amageragezwa nibitugora nivyinshi, dusaba uduhe inguvu zawe Mana. Yosefu kwa mka Botifari...
-
Burundian Gospel | October 27, 2012
Mana Iyo Nkutekereje By Richard NGENDAHAYO
Mana iyo nkutekereje Umutima wanje wuzura amahoro, Ivyishimo bikandenga. Ubwenge bwanje bukarota ivyiza gusa. Umubiri wanje ukazana...
-
Burundian Gospel | October 27, 2012
Aho twahuriye niwewe uhazi By Richard NGENDAHAYO
Aho twahuriye Niwewe Uhazi, Mwami! Aho wankuye nije Ndahazi Rwose, Mubingora bikampebesha, aho niho useruka Mwami, Ntawoba...
-
Burundian Gospel | October 27, 2012
Tukuririmbire icubahiro by Richard Ngendahayo
Richard Ngendahayo, ari mugwanda akunze kuririmba ikirundi, muri runo ruririmbo rwiwe atwibutsa kuririmbira Imana Icubahiro, isi yose...
-
Burundian Gospel | October 27, 2012
Jambo Nyamukuru by Richard Ngendahayo
Richard Umuririmvyi ari murwanda ariko akunze kuririmba indiri z’Ikirundi, Muri runo ruririmbo aratubwira: Jambo nyamukuru rinryohera nuko...