Indirimbo
-
Burundian Gospel | February 23, 2013
New Track: “Ntanumwe Yosa Na Yesu” by Methuselah FT Kaburungu
Abaririmvyi bakomeye “Methuselah Nzisabira na Seth Vyamungu AKA Kaburungu” baririmba indirimbo zoguhimbaza Imana kandi basanzwe bari mumugwi...
-
Burundian Gospel | January 22, 2013
New Track: “Tuzosimbasimba” by Kaburungu FT Methuselah [Burundi Gospel]
Abaririmvyi bakomeye mumiziki y’Imana “Seth Vyamungu AKA KABURUNGU & Methuselah Nzisabira” bamenyekanira cane cane mumugwi wa UBS...
-
Burundian Gospel | January 14, 2013
New Track: “Ubaya wa Shetani” by Adrien Niyukuri [Burundi Gospel]
Adrien Niyukuri n’Umuririmvyi mushasha mugihugu c’uburundi mugisagara c’I Bujumbura. Uno musore aracari muto cane mumyaka yo musi...
-
Burundian Gospel | December 24, 2012
New Track: Ni Emmanuel by Aline Vyuka [Burundi Gospel]
Umuririmvyikazi “Aline Vyuka” yifurije abanywanyi bose b’Umuziki w’Imana, akaririmbo kiwe “Ni Emmanuel” kanezereze abanywanyi mwese muri mumihingo...
-
Burundian Gospel | December 10, 2012
New Track: “Oh Lord” by Aline D. Vyuka
Muri runo ruririmbo, umuririmvyikazi “Aline D. Vyuka” atwibutsa gushima Imana aho yarimvye kano karirimbo mururimi rw’Icongereza. Kubipfuza...
-
Burundian Gospel | December 8, 2012
New Track: “Haleluyah” by Ndanda Johnson
Noel (Christmas) nziza kuri mwese. Umuririmvyi w’Umurundi “Ndanda Johnson” Atuye muri Kanada (CANADA) aho yafadikanije nabaririmvyi mubona kwipica,...
-
Burundian Gospel | December 4, 2012
New Track: “Burundi Bwacu” by Theoneste FT Aime M.
-
Burundian Gospel | December 1, 2012
New Track: “Mwami Wanje” By Bukuru Celestin FT Jonathan Nyandwi
Urumwami wanje yesu! Abagwaye, niwe ubakiza, ibimuga niwe ubimugura, abatifise niwe ubafasha, ivyo mbona vyose niwe wabiremye,...