Politike
-
Burundian Gospel | February 16, 2014
Umugambwe UPRONA “Abadasigana” wabuze amahoro no kujuragizwa.
Umugambwe wabadasigana “UPRONA” ngo ivyo barimwo sivyoroshe. Kuruyu wagatandatu w’Imana igenekerezo rya 16 Ruhuhuma (February), 2014, aho urwaruka...
-
Burundian Gospel | February 15, 2014
Rwanda: Umugambi wo kwica Peter Nkurunziza, umukuru w’igihugu c’Uburundi no kugaba igitero muri Tanzania bigeze kure
Iminsi myinshi! Nyamuneka mujya mungaya gutinda ntimukangaye guhera. Ariko nubu nje nkuwinyabya kuko akanya mfite kangana iyara, ariko...
-
Burundian Gospel | February 15, 2014
Charles Nditije Avuga kw’Ivyatangajwe Na Concilie Nibigira Bidafise Ifatiro
Inyuma y’aho umupfasoni Concilie Nibigira, yandikiye ikete umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu Burundi mu mugambi wo...
-
Burundian Gospel | February 15, 2014
Prosper Bazombanza niwe yashikirijwe kuba Icegera cambere c’Umukuru w’Igihugu Muburundi
Ku musi wagatanu mugitondo itariki 14 Ruhuhuma (February), 2014 niho haba isabukuru rya Prosper Bazombanza aho yariko arasoma indahiro (Ukuboko...