Cecilia (Cecy) Ngarama ati arihafi yo gusohora Album yiwe yakabiri yise Gologota kandi yifuza kwizosohokera mugihugu c’Uburundi

By  |  0 Comments

Cecilia Ngarama abenshi bamuhamagara Cecy, numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo za Gospel bahaye baza numuvuto munini cane, tubibutse kandi kuno muririmvyi atuye mugihugu ca Australia.

Mubiganiro yagiriraniye nibimenyesha makuru bitandukanye, uno muririmvyi aravuga kwagiye gusohora alubamu yiwe yakabiri azokwita GOLOGOTA kandi ngo yifuza kwizosohokera mugihugu c’uburundi. Murivyo biganiro kandi yarashoboye kuvuga ko Eunia Simbagoye (From the Album of Jesus Came) ari mukuruwe kandi ko na Florence bairirimbana ubu ari mutoi wiwe. Yavuze kandi ko, isohora rya mukuruwe (Eunia Simbagoye) ryatumye rimuha umuco wo kumenya nawe uko akwiye gukora ico yifuza. Cecilia N. aravuga ko akunda kuririmba cane kuko kuva akiri na na muto vyari mumaraso, aho ashikiye Australia afise imyaka 17, niho yatanguye mumihari, urugendo rwiwe rw’uburirimvyi ruba rutanguriye aho. Tubibutse kandi ko uno muririmvyi yavutse Itariki 26 zukwezi kwa 6, umwaka wi 2013.

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar