David Nduwimana muri Kenya

By  |  0 Comments

Umuririmvyi akomeye cane, umwe mubambere muri Gospel y’uburundi “David Nduwimana” yafashe urugendo rwo kuja muri Kenya.

Ntiyashoboye gushira kumugaragaro neza ibikorwa yagiye gukora muri Kenya ariko ngo azobimenyesha nyuma yuko avuyeyo! Ico mwomenya ngo nuko ubu ari muri Kenya, Nairobi ariko ari hafi yo gusubira muhira!

Kanda hano kumenya vyinshi kuvyerekeye uno muririmvyi

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar