Emery Emy ariko asohoza ireresi (Film) yiwe yise “Return To Salvation”
By 0 Comments
|
Umuririmvyi Emery Emy nkuko twari twarabitangaje hano kurubuga rwacu, kwaherutse muri tanzania gukina ireresi (Movie) nabakinyi rurangiranwa babatanzania, uno muririmvyi ariko kandi akora ireresi yiwe yise Return To Salvation (Garuka kugakiza). Nuko rero agasaba abanywanyi b’Ibikorwa vy’Imana ko bomushigikira mukugura ireresi yiwe niyama gusohoka.
Burundian Gospel Entertainment nkuko ari igikorwa twitanze, tuzobamenyesha ino reresi niyamara gusohoka kugira mushobore kuyigura. Mwame hafi yurubuga rwanyu.
You must be logged in to post a comment Login