
Fabrice Nzeyimana na Album Nshasha yise “Mu Buntu”
By 0 Comments
|
Fabrice Nzeyimana numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo z’Imana (Gospel) bakomeye cane kandi uzwi cane mugihu c’Uburundi; Mukwezi kwagatatu muruno mwaka nyene niho yashira kumugaragaro Album yiwe yise “Mu Buntu”
Ino CD ikaba iriko iradandazwa mubihugu bitandukanye nka Sweden, Canada, na USA. Kubatuye mugihugu c’Uburundi, Bujumbura; mushobora kuyisanga kuri Bon Berger, hamwe no kuri Oasis Christian Church
You must be logged in to post a comment Login