Eric Esron Mungere
-
Burundian Gospel wrote a new post, Ezekiel Kwizera numwe mubavuza piano babarundi akomeye cane hano USA 11 years, 8 months ago
Picture Taken by Seth Kaburungu (Afro Shemeza Studios), Sioux Falls, South Dakota
Ezekiel Kwizera numwe mubacuraranzi ba Piano babarundi acuraranga neza atuye muri Sioux Falls, SD “USA”. Uno musore akunze […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Denis Lison hamwe na Group yiwe “Habari Njema” basohoye iyindi album 11 years, 9 months ago
Denis Lison numwe mubaririmvyi baririmba Indirimbo zo guhimbaza Imana (Gospel) atuye mugihugu c’Uburundi Nyanza Lac, Makamba; basohoje umukanda mushasha hamwe na Group yiwe “HABARI NJEMA GROUP”
Ino Group […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Video “Gusa Moyo Wangu” by Haika Mshiu 11 years, 9 months ago
-
Burundian Gospel wrote a new post, Amen Choir nayo ngo iri mumyiteguro yo gusohoza CD! [Burundi Gospel] 11 years, 9 months ago
Amen Choir nimwe mumihari mumenyeye isanzwe irimba indirimbo z’Imana (Gospel), Mubinyamukuru bimwe bimwe, turabona ko uno muhari uriko urategura kurikodi CD; nkuko mubibona kumapica, aho bari muri Studio […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Intumwa (Apostle) Paul Gitiwaza agomba kwimukira mu Gihugu c’Ubrundi 11 years, 9 months ago
Amakuru aturuka mu gihugu cy’u Burundi aremeza ko intumwa Dr. Muhirwa Paul Gitwaza agiye kwimukira mu gihugu cy’u Burundi ndetse ko ariho agiye gukomereza umurimo we w’ivugabutumwa. Mu kiganiro uyu […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Video “Ndani ya Yesu” by Pastor Depapa 11 years, 9 months ago
-
Burundian Gospel wrote a new post, Interview “Ibiganiro” with Adora Uwimana by Seth Kaburungu [Burundi Gospel] 11 years, 9 months ago
Adora Uwimana numwe mubaririmvyikazi babarundi aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana, umwe mubaririmvyi babigeme ahaye azanana numuvuto munini cane gose kandi benshi bahaye bamwemera muburirimvyi bwiwe, uno […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Interview “Ibiganiro” with Emy Smith by Seth kaburungu [Burundi Gospel] 11 years, 9 months ago
Emy Smith numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo za guhimbaza no gutazira Imana (Gospel Music), atuye Ibujumbura, Burundi. Aramaze gusohora ama clip Video atari make, ayiwe nayandi afatanije nabandandi. Emy, […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Alubamu “AMUWA” ya Kabura Erickson yashizwe kumugaragaro 11 years, 9 months ago
Umwe mubaririmvyi bahaye baza numuvuto “Erickson Kabura” yasize kumugaragaro Alubamu yiwe yambere yise “AMUWA” ubu ikaba iriko iradandazwa kuwushaka wese kugura ino Alubamu arahawe kaze.
Hamagara zino namba […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Music Video Album “Nampenda” ya Adora Uwimana yasizwe kumugaragaro 11 years, 9 months ago
Umwe mubaririmvyi babigeme bariko baza numuvuto munini, Adora Uwimana azananye numuriro udasanzwe muri Gospel Music mugihugu c’uburundi. Adora numwigeme ariko akora ninguvu kwereka ko abigeme baginze we […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, the angels-obeyi wo apue [Ghana Gospel] 11 years, 9 months ago
-
Burundian Gospel wrote a new post, Kuri Life Center Church iBujumbura, Himirije kuba igikorane gikomeye cane 11 years, 9 months ago
Ishengero rya Life Center Church iBujumbura, Burundi irahaye kaze abakristo mwese mutuye mugihugu c’Uburundi mugikorane bateguye aho kizoba kirimwo abakozi b’Imana benshi bavuye mubihugu bitandukanye […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Umuhari Angels Choir yimirije gushira kumugaragaro Album yabo yakabiri bise “Maombi Ni Silaha” 11 years, 9 months ago
Umuhari Angels Choir numwe mumihari ikomeye cane kandi imenyekana hano muri Reta Zunze ubumwe z’Amerika, aho album yabo yambere “TUVUMILIE” ariyo yatumye bamenyekana cane, ubu naho ngo bagiye gushira […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio “Wakati wa Nuhu” by Umoja Choir [Burundi Gospel] 11 years, 9 months ago
Umoja Choir nimwe mumakwaya aririmba akongera agahimbaza Imana (Gospel Music) muburyo bw’indirimbo. batuye muri Amarillo, Texas. Bakaba bamaze gushohora album yabo yambere bise “ACHA TUKUSIFU […]
- Load More