Eric Esron Mungere
-
Burundian Gospel wrote a new post, Amen Choir nimwe mumakwaya aririmba neza kandi ngo mugikorane baravyishe biracika 11 years, 9 months ago
Umuhari “Amen Choir” nimwe mumihari irimba indirimbo z’Imana (Gospel)hano muri Reta zunze ubumwe z’Amerika (USA) batuye muri reta ya IOWA, Ceder Rapids
Mubari mugikorane curwaruka cabaye muri Forth Worth, […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Album Shasha umuhari witwa “The Blessed Singers” yimirije gusohora 11 years, 9 months ago
Umuhari “The Blessed Singers” utuye mugihu ca Kanada (Canada) Vancouver, BC (British Columbia), bamwe mubaririmba bakongera bagahimbaza Imana muburyo bw’indirimbo (Gospel), ino Album (Ntiramenyekana kwizina) […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Pastor Depapa Launching his Album “Zaburi 103- Msifuni Bwana Daima” [Burundi Gospel] 11 years, 9 months ago
Pastor Depapa numwe mubaririmvyi baririmba Indirimbo z’Imana akongera akaba umupasiteri (Pastor), kandi numwe mubarongora indirimbo zo guhimbaza no kwishikana (Worship Leaders) wo mumugwi wa Shemeza Music […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Video: “Uuwaji” by Nazareth Choir [Burundi Gospel] 11 years, 9 months ago
Nazareth Choir nimwe mumihari irimba indirimbo za Gospel bari mugihugu c’uburundi.
-
Burundian Gospel wrote a new post, Cecilia (Cecy) Ngarama ati arihafi yo gusohora Album yiwe yakabiri yise Gologota kandi yifuza kwizosohokera mugihugu c’Uburundi 11 years, 9 months ago
Cecilia Ngarama abenshi bamuhamagara Cecy, numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo za Gospel bahaye baza numuvuto munini cane, tubibutse kandi kuno muririmvyi atuye mugihugu ca Australia.
Mubiganiro […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Amwe mumafoto yigiteramo ca “Adora Uwimana” cabaye kwitairiki 5 zukwindi, 2013 iBujumbura, Burundi 11 years, 9 months ago
Igiteramo kitaraba, “Adora Uwimana” ariko yerekana imyiteguro uko yifashe
Amapozi arabandanya
Jiji Seven avuga kwigiteramo yari kiryoshe cane kandi cari kibereye. Arashima Imana cane gose ukuntu […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Fabrice Nzeyimana na Album Nshasha yise “Mu Buntu” 11 years, 9 months ago
Fabrice Nzeyimana numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo z’Imana (Gospel) bakomeye cane kandi uzwi cane mugihu c’Uburundi; Mukwezi kwagatatu muruno mwaka nyene niho yashira kumugaragaro Album yiwe yise “Mu […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Video “Najua Hutaniacha” by Makena 11 years, 9 months ago
-
Burundian Gospel wrote a new post, David Nduwimana muri Kenya 11 years, 9 months ago
Umuririmvyi akomeye cane, umwe mubambere muri Gospel y’uburundi “David Nduwimana” yafashe urugendo rwo kuja muri Kenya.
Ntiyashoboye gushira kumugaragaro neza ibikorwa yagiye gukora muri Kenya ariko ngo […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Umuririmvyi “Fabrice Ndayishimiye” ashize ahabona urubuga (Website) rwa bizinesi yiwe 11 years, 9 months ago
Fabrice NDAYISHIMIYE numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo z’Imana (Gospel) w’umurundi atuye iBujumbura, Burundi, akaba amaze gusohoza indirombo 7 (7audio songs)
Uno muririmbyi yashize ahagaragara urubuga […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Video “In my Dream” by Cecy Ngarama 11 years, 9 months ago
- Load More