Eric Esron Mungere
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio: Kama Majaribu Ni Mengi – Abdallah AKA A.B NI 11 years, 1 month ago
Abdallash AKA A.B NI numuririmvyi mushasha aririmba indirimbo za gospel, inkuru nyishi kuruno muririmvyi tugiye kuzibazanira.
-
Burundian Gospel wrote a new post, Cecilia Ngarama ashize kumugaragaro alubamu yiwe yise “GOLGOTHA” 11 years, 1 month ago
Cecilia Ngarama amenyekana kwizina rya Cecy, yashize kumugaragaro urukurikirane (album) rwindirimbo ziwe yakoreye mugihugu c’uburundi igihe aherukayo. Nkuko mwavyumvise muri Interview twagiriranye nawe, […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Interview with Cecilia Ngarama by Seth V. Kaburungu 11 years, 1 month ago
Cecilia Ngarama numuririmvyi aririmba akongera agahimbaza Imana muburyo bw’indirimbo. Cecilia aba muri Australia. Uno muririmvyi aherutse kuja mugihugu c’Uburundi kwitariki 19 Kigarama (December), umwaka wi 2013 […] -
Burundian Gospel wrote a new post, Obama ashobora kwitoza kandi ubugira gatatu kuba umukuru wigihugu ca America! 11 years, 1 month ago
Ibinyamakuru birerekana neza yuko umukuru wigihugu “President Barack Obama” kwashaka kwitoza kandi ubugira gatatu mumatora yi 2016. Mbe Abagize imigambwe barabishima? canke abanyagihugu babivugakwiki? […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio: Imvura – Aime M. Ft Jack No, Johnson Mukubwa, Izack Della, King Ven 11 years, 1 month ago
Uru nururiririmbo rwahariwe gufasha basinzikajwe nayamvura mugihugu c’uburundi muruno mwaka (8 February, 2014). Umuririmvyi Aime M. yakoze ibishoboka kugira ahimirize abaririmvyi bagenzi mukumushigikira […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Igipolisi ngo carajuragije abo mumugambwe wa MSD mugihe bari bakikuje ingoro yuwo mugambwe! 11 years, 1 month ago
Kuruyu wagatandatu wigenekerezo rya 8 Ntwarane, umwaka wi 2014; igipolisi niho cari cakikuje kungoro yumugambwe MSD. Ico gipolisi kikaba caranasutse […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Burundi: (Swahili) Karibu nafasi ya kidemokrasia kufungua uwanja na vurugu 11 years, 1 month ago
MSD ( Movement for Solidarity na Demokrasia ), ni imara anaamini kwamba vikwazo juu ya uhuru wa raia ni wabebaji wa hatari zote .
Viongozi wa chama hiki upinzani kukubaliana: “Kwa nia ya serikali kuingiza […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Uprona: Inyuma yaho bankiwe kwinjira ku mugumya baciye bihereza amabarabara yigisagara 11 years, 1 month ago
Umunsi mukuru w’urwaruka mparaniramajambere rwa Rwagasore wabaye ukuri kwamye aho biginye imyaka 47 bamaze babayeho, n’aho Francis Ngaruko avugira UPRONA irongowe na Concilia Nibigira, yari yavuze ko uwo munsi […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Intumwa idasanzwe ya Amerika mu karere kibiyaga binini, iravuga ko muburundi hashobora kwaduka intambara yihonya bwoko 11 years, 1 month ago
Intumwa idasanzwe ya Reta Zunze Ubumwe z’Amerika iravuga ko mu Burundi hashobora kwaduka ihonya bwoko atakibuza. kwava Laurent KAVAKURE ngw’ iyo ntumwa yabivuze yumvirije hanini uruhande rwa ADC Ikibiri, […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Ingoro yumugambawe MSD iBururi yaraturiwe 11 years, 1 month ago
Ingoro y’Umugambwe MSD iBururi yatauriwe kuruyu wagatanu uheze igenekerezo rya 28 Ruhuhuma, 2014. Abagize umugambwe MSD bakikeka ko ari imbonerakure zumugambwe uri kubutegetsi CNDD-FDD kwaribo boba baturiye […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Reta ya America hamwe na Reta yubushinwa (China) batanze imfashanyo mugufasha abasinzikajwe nayamvura iBujumbura 11 years, 1 month ago
Inyuma yaho imvura yisegenya yagwa mubururundi mugisagara ca Bujumbura, ikica abarenga abantu 150 abasigaye barakomeretse bikomeye barenga 180, Reta zunz’Ubumwe z’America (U.S.A) yatanze imfashanyo (Donation) […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Igihugu c’Uburundi Kigeze ahatemba: Ngo hategerezwa gupfa abantu 666 kugirango Petero Nkurunziza abandanye atwara igihugu c’Uburundi 11 years, 1 month ago
Inkuru zitamenyekana cane zihishije ariko bikaba biriko bija kumugaragaro; Umugambwe uri kubutegetsi CNDD-FDD yafashe icemezo co gutwara uburundi vyanka vyakunda. Ngo kugira bino bishoboke, uno mugambwe […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Yoweri Museveni, President wigihugu aca Uganda yasinye itegeko ryo gufunga umunyororo kubakora ubusambanyi bwabasangiye ibistsina 11 years, 1 month ago
Umukuru wigihugu ca Uganda “Yoweri Museveni” yasinye itegeko ryemeza ko abasambanyi bahuza ibitsina (Gay) canke ababana bahuza ibitsina (Gay Marriage), bazoca bafungwa umunyororo wo gupfa. Uwo mu president […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Ngo Imfashanyo zigenerwa gufasha abasinzikajwe nayamvura, ngo ntizishikira bose 11 years, 1 month ago
Idadi ya wakazi wa wilaya hiyo ya mijini ya Buterere denounces cheating katika usambazaji wa misaada kwa waathirika ya mvua kubwa iliyonyesha Februari 9 . Utawala anakanusha.
Mjini commune Buterere tovuti […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, UPRONA: Tatien Sibomana yarekuwe mwifungiro aho yaramaze imsisi afunzwe ahowe Inama yakoresheje yumugambwe akomokamwo 11 years, 2 months ago
Ngo nubu umugambwe UPRONA uriyamiriza abapolisi mukubajiragiza kuko ngo kuruno musi aho baheruka KUMUGUMYA ahri ingoro nkuru yumugambwe UPRONA, aho bariko bakora Inama basanga bugaranywe […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Umuririmvyi “Aime M.” ariko agomba abaririmvyi kwiyunga nawe mukugira uririmbo rwo guhoza abarundi basinzikajwe nayamvura 11 years, 2 months ago
Aime Baltimore umwe mubaririmvyi babarundi atuye mugihugu ca America, asaba kwabaririmvyi bagenzi we bokwiyunga nawe mugukora ururirimbo yise “IMVURA MU BURUNDI” aho agomba gukeza abasinzikajwe nayamvura […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Umugambwe UPRONA “Abadasigana” wabuze amahoro no kujuragizwa. 11 years, 2 months ago
Umugambwe wabadasigana “UPRONA” ngo ivyo barimwo sivyoroshe. Kuruyu wagatandatu w’Imana igenekerezo rya 16 Ruhuhuma (February), 2014, aho urwaruka nabagize uwo mugambwe bariko bagomba kugira inama kubiro […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Rwanda: Umugambi wo kwica Peter Nkurunziza, umukuru w’igihugu c’Uburundi no kugaba igitero muri Tanzania bigeze kure 11 years, 2 months ago
Iminsi myinshi! Nyamuneka mujya mungaya gutinda ntimukangaye guhera. Ariko nubu nje nkuwinyabya kuko akanya mfite kangana iyara, ariko ntibimbuza kubacira kumuyanjye kuri bimwe by’ingezi cyane. Muribyo ni […]
- Load More