Witness
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio “Inakuja Siku” by Ikizakubuntu Emmanuel 11 years, 9 months ago
Ikiza kubuntu Emmanuel numuririmvyi mushasha ariko yitegurira gusohoza alubamu yiwe yambere, atuye ibujumbura, Burundi! Akavuga ko ariko aritegurira gusohora iyo alubamu, akongera asaba Imana kumufasha […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Kabura K. Erickson yimirije gusohoza alubamu Nshasha yise “AMUWA” 11 years, 9 months ago
Ericson Kabura Numwe mubaririmvyi bariko bazanana ninguvu nyinshi cane, uno muririmvyi akaba yimirije gusohoza ulubamu yiwe yambere yise “AMUA (CAGURA)”.
Ericson Kabura arubatse kandi akaba ari umuririmvyi […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Urugendo rwa Seth Kaburungu muri San Antonio, TX 11 years, 9 months ago
Intumwa ya Yesu (Apostle Seth K. Vyamungu) akongera akaba umuririmvyi aririmba ndirimbo za Gospel, aho aherutse kugira urugendo rwo kuja San Antonio, TX murubanza rwari rwahariwe Alex & Esther.
Seth […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Album “TWISUZUME” ya Hope Choir yasizwe kumugaragaro 11 years, 9 months ago
Umuhari umenyekana kwizina rya HOPE CHOIR, bashize kumugaragaro urukurikirane (album) rwabo rwambere, ubu ukaba ushobora kuronka iyo CD.
Kubifuza CD mwese mushobora guhamagara zino namba: 469-531-4668 canke […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Interview With Naasson Niyonsaba from the Album of “Mana Hindura” 11 years, 9 months ago
Naasson Niyonsaba numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo za Gospel, numwe mubatanguye vuba kandi akaba amaze gusohora album yiwe yambere yise “Mana Hindura” Iyo album igizwe nindirimbo 12! Muriyo album akaba […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio: “Mpenzi Mwema” by Witness Kabura 11 years, 10 months ago
[http://www.burundiangospel.com/wp-content/uploads/2013/04/03-Track-3.mp3]
!–
google_ad_client = “ca-pub-6375657300898161”;
/* Nsabiyumva */
google_ad_slot = “5627841908”;
google_ad_width = […] -
Burundian Gospel wrote a new post, Alex Sibomana avuga ko bitari bibereye abana b’Imana kugurisha ama album “Indirmbo” 11 years, 10 months ago
Alex Sibomana numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo z’Imana atuye mur Richmond, VA kandi akaba no muri bamwe bahawe ingabire zo kwigisha ijambo ry’Imana.
Mubiganiro yariko aragiriranira na Apostle Seth K. […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Igiteramo c’Umuririmvyikazi “Adora Uwimana kirabandanya namyiteguro ikomeye 11 years, 10 months ago
Adora Uwimana n’Umuririmvyikazi ariririmba akongera agahimbaza Imana mukarere ka Bujumbura, Burundi. Uno mwigeme nkuko mwari musanzwe mubizi ariko aritegurira Igiteramo ciwe cambere aho ashikiriza album yiwe […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Video: “Amini” by Gloria Mulilo 11 years, 10 months ago
-
Burundian Gospel wrote a new post, Video” Nyenekea” by Rachael Pretty 11 years, 10 months ago
-
Burundian Gospel wrote a new post, Seth Kaburungu ati Album yari yimirije gusohora yayisibije 11 years, 10 months ago
Apostle Seth K. Vyamungu amenyekana cane kwizina rya Kaburungu, yamenyesheje abanywanyi bose yongera abasaba nimbabazi kuko yari yaratangaje no kuma radio kwagiye gusohora Album yiwe yari yise “Hatubadiliki” […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New CD Release of “ITANGAZO” from Bukuru Celestin 11 years, 10 months ago
Umuririmvyi asanzwe amenyekana kwizina rya Bukuru Celestin aba muri Roanoke Virginia (USA), Yimirije gusohora umukanda w’iradio (CD). Uno mukanda ukaba ugira kabiri (Vol2) muzo amaze gusohora aho yafadikanije […]
- Load More