Witness
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Album “ITANGAZO” by Bukuru Celestin 11 years, 10 months ago
-
Burundian Gospel wrote a new post, Interview with Didas Nivyayo about the New CD Album “TWISUZUME” 11 years, 10 months ago
Umuhari (Choir) umenyekana kwizina rya HOPE CHOIR uri muri Dallas, Texas uherutse gusohora umukanda w’iradio (Audio CD) bakavuga kuno mukanda uzoja kumugaragaro itariki 28 zuk kwezi kwagatandatu, muruno mwaka […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Burundi Gospel Stars “Jubilee” 11 years, 10 months ago
-
Burundian Gospel wrote a new post, Music Video “Twibanire” by Adora Uwimana 11 years, 10 months ago
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Album “Mana Hindura” by Naasson Niyonsaba 11 years, 10 months ago
Naason Niyonsaba numwe mubaririmviyi bagitangura gusohoza indirimbo (Underground Musicians), akaba avuga ko ino ari album yiwe yambere asohoye yise “Mana Hindura” kandi akavuga ko yifuza no gusohoza izindi […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Movie” Orphans” Trailer -A Aline Vyuka Film- 11 years, 10 months ago
!–
google_ad_client = “ca-pub-6375657300898161”;
/* Nsabiyumva */
google_ad_slot = “5627841908”;
google_ad_width = 620;
google_ad_height = 90;
//–<script […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Umuririmvyikazi “Aline Vyuka” yasohoye umukanda wacinema yise “Orphans (IMFUMVYI)” 11 years, 10 months ago
Umuririmvyikazi “Aline Vyuka” asanzwe ari umuririmvyi akomeye cane ariko anasanzwe kandi ari umukinyi w’inkino zimico (Cinema canke Movies) akaba kandi asohoye umukanda mushasha yise “Orphans (IMFUMVYI)”. uno […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Burundi: Ubuzi 20 000 bugiye gushingwa na Leta 11 years, 10 months ago
Umushikiranganji w’abakozi n’akazi mu Burundi yamenyesheje ko gushika mu mpera z’umwaka w’2013, ubuzi bugera ku bihumbi mirongo ibiri aribwo buzoshingwa kuri bene gihugu bato bato.
Umushikiranganji Annonciate […] -
Burundian Gospel wrote a new post, Kayanza: Umuntu umwe yaraye agandaguwe 11 years, 10 months ago
Ku mutumba wa Kivoga, komine Gahombo intara ya Kayanza, umunyagihugu umwe yaraye agandaguwe acumiswe imbugita mw’ijoro ryo kuwa gatandatu rishira uwa mungu.
Uwo yaraye agandaguwe akaba yari azwi nk’uwuri mu murwi […] -
Burundian Gospel wrote a new post, Umuririmvyikazi “Witness Kabura” ariko yitegurira gusohora Video ya album yiwe yambere “USIKATE TAMAA” 11 years, 10 months ago
Witness Kaburungu (Burundi Gospel Musician) avuga ko yimirije gutangura kugira ama clips (amavideo) ya alubamu yiwe yambere yise “USIKATE TAMAA”. Akavuga ko azotangura gufata ama video yambere kuruyu wagatanu […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Igiteramo c’Umuririmvyikazi “Adora Uwimana” Amenyekanisha Album yiwe Nshasha yise “Nampenda” 11 years, 10 months ago
Umuririmvyikazi “Adora Uwimana” afise igiteramo co kumenyekanisha Album yiwe Nshaka yise “NAMPENDA” kumusi wa gatanu, itariki 5 zukwezi kw’Indwi. Murico giteramo harimwo abatumire bazoba barikumwe kuremesha […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: “Mama Wanje” by Seth Kaburungu Ft Didas N. 11 years, 11 months ago
[audio:http://www.burundiangospel.com/wp-content/uploads/2013/05/Mama-wanje.mp3%5D
Umuririmvyi Seth Vyamungu amenyekana kwizina rya KABURUNGU, aho yasohoje ururirimbo n’umuririmvyi Didas Nivyayo ari mu […]
- Load More