Witness
-
Burundian Gospel wrote a new post, Interview Shemeza Clouds yagiriraniye na Inyange Voice A.K.A Adrien 10 years, 3 months ago
Shemeza Clouds: tunawasalimu ndugu wapendwa wasanii wa nyimbo za injili!
Pia Na Sisi Tunawasalimu.
Shemeza Clouds: kwa wale wasio jua kzi zenu, mnafanyia kazi zenu mukiwa […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Ingoma z’Intambo y’ akaranga zatanguwe kuvuzwa mumasengero muburyo bwo guhimbaza Imana 10 years, 10 months ago
Mu Burundi, ingoma zisanganywe icubahiro n’insiguro itari nto. Akahise k’igihugu kigisha ko zatanguye kuvuzwa mu gihe co kwimika umwami wambere ari we NTARE RUSHATSI CAMBARANTAMA, aho rero waciye uba umugenzo, […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Ururirimbo “Jehova” rwakorewe muri Studio ya “Afro Shemeza Studios” muri Kenya. 10 years, 10 months ago
Seth V. Kaburungu avuga ko yuguruje studio ihingura amajwi hamwe nimiziki muri Nairobi, Kenya. Akavuga ko uwo bakorana akora imikizi igezweho cane kandi no guhingura amajwi […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Urukino Rwikarata muri CNDD-FDD, Inkuru zukuri nkora mutima zihishije 10 years, 10 months ago
-Inyuma yuko abenshi basemereye ku kiringo ca gatatu(3) c’ukwitoza kwa Nkurunziza,ashobora kuba yarahavuye aragondozwa aremerera ibihangange bimukikuje ko atacitoje,na rirya amaze guhabwa amahani n’ibihangange […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Burundi Politic in Swahili: Armel Niyongere: “Pierre Claver Mbonimpa ni mwathirika wa ahadi yake ya” 10 years, 10 months ago
Armel Niyongere, mwanasheria Pierre Claver Mbonimpa, rais APRODH denounces kasoro kiutaratibu katika kukamatwa kwa mteja wake, kama vile uainishaji maskini wa kosa hilo. Kwa upande wake, yeye ni mwathirika wa […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Urwanda Rwamaze kugeza abasoda bashika kuri 700 mugihugu c’uburundi 10 years, 10 months ago
Haramakuru amaze icyumweru agera kukinyamakuru cyacu Karisimbi Online kitubwirako u Rwanda rwaba rwitegura gutera igihugu cyu Burundi. Iyi ntabwo ari inkuru nshyashya kuko nkuko twabivuze mumakuru yacu yubushize […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Pierre Claver Mbonimpa yarekuwe aho yaramaze imisi afungiwe kugipolisi 10 years, 10 months ago
Pierre Claver Mbonimpa aho yaraheruka gufungwa azize ubusa bamuhora imvo za Politike, ariko kubwutungane ahuruka gufungugwa, soma […]
- Load More