Witness
-
Burundian Gospel wrote a new post, Charles Nditije Avuga kw’Ivyatangajwe Na Concilie Nibigira Bidafise Ifatiro 11 years, 2 months ago
Inyuma y’aho umupfasoni Concilie Nibigira, yandikiye ikete umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu Burundi mu mugambi wo kumumenyesha kw’ariwe akwiye kurongora uyo mugambwe, Cahrles Nditije yahoze […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Prosper Bazombanza niwe yashikirijwe kuba Icegera cambere c’Umukuru w’Igihugu Muburundi 11 years, 2 months ago
Ku musi wagatanu mugitondo itariki 14 Ruhuhuma (February), 2014 niho haba isabukuru rya Prosper Bazombanza aho yariko arasoma indahiro (Ukuboko kwibumoso (left) kuri hejuru, ukuboko kwiburyo gufashe idarapo) […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Hamaze gutorwa ibiziga bishika 150 bahitanywe nayamvura iheruka kurwa mugihugu c’Uburundi 11 years, 2 months ago
Mumakuru avugwa mugihugu c’Ubrundi, hamaze gutorwa ibiziga vyabantu bishika kwi 150 bahitanywe nayamvura yisengenya yahita mugisagara c’Ibujumbura mumatariki ya 9 Ruhuhuma (February) muruno mwaka nyene wi […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Imvura yaraye iguye mugihugu c’Uburundi yaraye yishe abantu bashika 50 kubwumuzure 11 years, 2 months ago
Uwu mubon I buryo nigoti yirabura n’uwurongoye igisagara c’Ibujumbura “Mayor”
Amakuru avugwa mugihugu c”uburundi, Imvura yaguye ku musi w’Imana (Sunday) itariki 9 zukwezi kwa 2, umwaka wi 2014 yaraye […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Umuhari “Hope Choir” ushize kumugaragaro Alubamu yabo yambere bise “TWISUZUME” 11 years, 2 months ago
Hope Choir n’Umuhari uririmba ukongera uhimbaza Imana muburyo bw’Indirimbo. Hope Choir yarimaze imisi yiteguriye gushira kumugaragaro Alubamu yabo bise “TWISUZUME” ubu ikaba iri kumugaragaro, ushobora kuronka […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Emery Emy ariko asohoza ireresi (Film) yiwe yise “Return To Salvation” 11 years, 2 months ago
Umuririmvyi Emery Emy nkuko twari twarabitangaje hano kurubuga rwacu, kwaherutse muri tanzania gukina ireresi (Movie) nabakinyi rurangiranwa babatanzania, uno muririmvyi ariko kandi akora ireresi yiwe […]
- Load More