Burundian Gospel
-
Burundian Gospel wrote a new post, Umuririmvyi w’Umurundi aba Israel “Bonfils Nikiza” yimirije gukora ibiteramo mubihugu vyinshi 11 years, 3 months ago
Bonfils Nikiza numwe mubaririmvyi babarundi baririmba indirimbo z’Imana baba mubihugu vyo hanze, we akaba atuye mugihugu ca Israel, akaba animirije gukora ibiteramo vyinshi cane mubihugu bitandukanye, nka […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio: Dunia Nzima – Witness Kabura Ft Arcade Ikizakubuntu {Christmas Songs} 11 years, 3 months ago
Witness M. Kabura yifuza mwese abanywanyi b’Indirimbo za guhimbaza Imana Noel nziza (Merry Christmas), aho yaririmbanye runo ruririmbo numusore yitwa Arcade Ikizakubuntu
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio: “Nikwa Neema” – Seth Kaburungu Ft Murishi Yaya {Burundi Gospel} 11 years, 4 months ago
bano baririmvyi bavuga ko mubabarire nimwumva amakosa yose kuko ururirimbo barufashe bari kwihuta cane kuko na mwene studio yariko arihuta kandi yabagiriye kubuntu kandi na Seth Kaburungu ntamwanya […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Inteview Eric Nsabumuremyi yagiriraniye na Seth Kaburungu {Burundi Gospel} 11 years, 5 months ago
Umwe mubaririmvyi babarundi “Eric Nsabumuremyi” asanzwe aririmba indirimbo z’Imana kandi akomeye cane ngaho mugihugu ca Kenya. Uno muririmvyi akaba amaze gusohora album zibiri nkuko yavyivugiye muri Interview […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio: Sinamashaka – Eric Nsabumuremyi {Burundi Gospel} 11 years, 5 months ago
[aduio:http://www.burundiangospel.com/wp-content/uploads/2013/11/sinamashaka-Eric-Nsabumuremyi.mp3%5D
Eric Nsabumuremyi numwe murabaririmvyi babarundi baririmba indirimbo zo guhimbaza Imana (Gospel) atuye […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Album “Amuwa” y’Umuririmvyi Kabura Erickson, yashizwe kumugaragaro 11 years, 5 months ago
Umuririmvyi Kabura Erickson, Amenyesha ko yashize kumugaragaro Album yiwe yambere yise “Amuwa”, akavuga ko ushobora kuyironka kuwe wese yipfuza kugura no kwumviriza ino Kanda. Ushobora kutwandikira kuri […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio: Mpwemu – Alexis Sibomana {Burundian Gospel} 11 years, 5 months ago
Mpwemu nimwe mundirimbo iri muri Album ya Sibo MANA Alexis yise “Reka Ndagushime” Yimiirije Gusohora
-
Burundian Gospel wrote a new post, Audio: You raise Me up – Thierry Kijanya {Burundi Gospel} 11 years, 5 months ago
Thierry Kijanya numwe mubaririmvyi aririmba akongera agahimba Imana muburyo bw’Indirimbo. Uno muririmvyi avuga ko imbere yuko atanguye kuririmba indirimbo za Gospel yatanguye kuririmba indirimbo z’isi […]
- Load More