Mu gihe Umuririmvyi Inyange Adriano amaze imisi ahoze cane mu bikorwa vyiwe, agarutse atubgira impamvu n’ ivyo agiye gukora vuba

By  |  0 Comments

Haraheze igihe kitari gito umuririmvyi w’ indirimbo z’ Imana INYANGE ADRIANO, ahoze cane mubikorwa vyiwe vy’ uburirimvyi, tumaze kuganira nawe atubgira impamvu ni vyo yimirije gukora vuba muruno mwaka wa 2017.




BurundianGospel: Igihe kirekire tutabona ibikorwa vy’ uburirimvyi, biri gute?

Adriano: egoharaciye igihe kirekire ariko vyose vyatewe ninikorwa narindimwo vyumwuga kandi ndanashima cane ahonteyenja

BurundianGospel: mwari mubikorwa vy’ umwuga nyabaki?

Adriano: Ibukorwa narindimwo ntabwo birikure cane yumwuga wanje wokuririmba..bivanye nuburyo nabonye ibikorwa vyoguhinyanyura amsanamu yindirimbo (clip video) vyasavyeko nja mwishure ryokwiga uwomwuga akaba arinavyo vyatumye ntaboneka cane kuv inyuma yaho ntahukiye MVA Tanzania.

BurundianGospel: Muvuga yuko rero bizoshika mukazoza mwifatira amasanamu ku ndirimbo zanyu mumisi irimbere?

Adriano: Ahubwo sinomumisi irimbere kuko bisa nivyatanguye.kandi ndetse nanje ubwanje nuko nzogerageza mogufasha hamwe nokubikorera abandi kandi biza vyatanguye.

BurundianGospel: Harico abakunzi b’ umuziki wawe bokwitega vuba? muruno mwaka tugiye gutangura?

Adriano: Icobokwitega nuko ngiyr gukora nkorninguvu gusumbiyindimyaka nakoze..nkabegereye ahontuye ihinduka barayanguye kuribona mubikirwa vyanje.

BurundianGospel: Ntakaririmbo gashasha bokwitega vuba?

Adriano: Ntabwo arikamwe kuko ivyari bidufatiriye bisa nibyarangiye ubudusubiye kurubuga. Kandiko bashishikare kudushigikira nkuko bamye babikora.Imana ibahezagire

Mukurangiza ikiyago cacu n’ umuririmvyi Adriano twamubajije ko Mubaririmvyi baririmba indirimbo z’ Imana mu gihugu ni benshi, harabo yoba afise imigambi kuzokorana nabo collabo, Adriano atwishura: “Abaririmvyibariho kandi sanuwumaze kuvugana nabo nkabonipfuza gukorana nabo vuba cane. Ikibazo nugutunganya ukotubikora kuko dushaka gukora ibikorwa vyiza. Hari umu rapeur Prince Mshindi dusa nabamaze kuvugana nuwitwa Eloge asanzw’ ari mubaririmvyi baribagiz’ umurwi Redemption voice, akabarabo nkunda kandi mbonako nkoranyigikorwa nabo nshobora guterintambwe ikomeye mubikorwa vyanje.

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar