Mwigizaji Tanzania Kufungua Kanisa, apata baraka kutoka Nigeria
Mwigizaji na aliyewahi kuwa Mwanamuziki Dotnata Posh, amesema kwa sasa ameokoka kabisa na kuamua kufungua kanisa kubwa lengo likiwa kuwashawishi wasanii wenzake kuachana na maasi na hatimaye kumrudia Mungu.
Dotnata ambaye alianza kwa kufafanua jina lake, alisema watu wengi wamezoea kumwita jina hilo bila kujua msingi wake, kwamba yeye jina lake ni Doto na ameunganisha na jina lake la ubatizo Illuminata ambapo akachukuwa jina la kwanza la Dot na kuunganisha jina la mwisho na nate na kupata Dotnata.
Dotnata anasema aliamua kwenda Nigeria kwa Mtume T.B Joshua ambaye ni maarufu sana Afrika na Dunia nzima, ili kwenda kuchukua baraka kwa ajili ya kuanzisha Kanisa hilo. Alisema baada ya kurudi kutoka Nigeria na kupata baraka hizo za kufungua kanisa, hivi sasa anasomea masomo ya Biblia ili baadae aje kuwa Mchungaji. Kwasasa yeye ni Mama wa Kanisa.
Alizidi kusisitiza kuwa katika Kanisa lake anategemea pia kuwachukua wasanii Ray C na Asha Madinda, ambao nao wameokoka. Mwisho alimalizia kwa kusema Kanisa hilo kwa hivi sasa lipo kwenye hatua za mwisho za kukamilisha usajili, ingawa pia limeruhusiwa kuendelea na kazi zake za ibada. Aidha aliongeza kwa kusema kuwa, kwa sasa kanisa lake litakuwa na wahubiri kutoka Nchi mbalimbali na baada ya hapo ataanza kutoa elimu kwa wasanii waweze kuokoka ili kumrudia Mungu. Dotnata pia amesema kwa sasa hawezi kumlaumu msanii ambaye anafanya mambo ya ajabu ajabu kwakuwa anaamini ni ujana unamsumbua na ukifika muda atabadilika.
source–Bongo Unit.
Wakati huo huo kutoka clouds fm kipindi ya Amplifier na Millard Ayo amesema tayari amesharekodi nyimbo 3 za Injili!
Ikirundi:
Mutwihanganire kubona tubishira mugiswahili kuko twagomvye amakuru abashikire nka nkama. Muncamake uno mugore “Dotnata” numukinyi akina amasinema muri Bongo, Tanzania kandi akongera kuba yari umuririmvyi aririmba indirimbo zigisani. Nuko uno mugore ngo yamuwe gukurikira no gukorera Yesu, ubu yatanguje Ikanisa kandi akaba ahaye yigira kuzoba umupasteri ngo kandi yahawe Imigisha muri Nigeria numuvugishwa w’Imana amenyekana cane muri Nigeria “TB Joshua.” Ariko umwe wo mubanywanyi ba Bongo Source Unit yavuze ko akekeranya ko uwo mugore yoba arivyukuri ko yakuye Imigisha kuwo mukozi w’Imana TB Joshua; kubera ngo uwo mugore yagiye muri Nigeria inyuma yaho yagiriraniye namatati nabatanzaniya bagenziwe. None ngo biragoye cane kwemera ko yoba yarahawe iyo migisha canke ko yoba yaranavuganye nuwo mukozi w’Imana. Ariko yavuze nti, nimba arukuri ko yarokotse canke yakiye agakiza, nabandanye mukuri ngo kuko igikorwa c’Imana saho gupfa kwirukira ngo uhafyinire kandi ngo vyukuri muhaye mwitegereza namapicha yabo bahaye bitangarizako ko bakijijwe nahuye ningeso z’umkristo koko kiretse bize munyuma bakamenya ingose nigenda ry’umukristo kuko bakiriri bashasha mugakiza. Ivyo yabivuze bivanye nuko uwo mugore yari umukinyi akina amasinema kandi yahoze ari numuririmvyi w’Indirimbo zigisani. Kandi mumakukuru yimvaho vyumvikana ko uwo mugore agiye kuzovugana nabaririmvyi bisi bamenyekana kandi barurangiranwa mugihugu ca Tanzania bakaba ari Ray C na Asha Madina” rero ngwagiye kubashira mwishengero ryiwe kuko ngo bano bigeme bamaze kwakira agakiza ntibakiri abaririmvyi bivyisi. Kandi amakuru arabandanya avuga ko uwo mugore “Dotnata” ko amaze gusohoza indirimbo ziribi canke zitatu, kugirango amenyekanishe vyukuri ko yakiye agakiza.
Abagize BURUNDIAN GOSPEL Entertainment tumaze kubona izo nkuru twariyumviye, vyukuri nimba bano basani babatanzania “Dotnata, Ray C, Asha Madina” bakaba barakiye agakiza mbe natwe nk’Ihanga ryabarundi kuri benewacu nabashikacu bariko bararirimba indirimbo zisi bohiga icirwa nyabaki? Ahandi naho bikatuzazanira kumenya kwarivyukuri ko bano bigeme bakiye agakiza vyukuri kuko dukurikiranye inkuru yimvaho iva muri Bongo Source Unit, nukuvuga kwabakinyi nabaririmvyi bisi benshi bariko barinyegeza muvyimana kugirango ntibamenyekane nkababi, kuko bivugwa ngo igisagara ca Dar-Es-Salaam, Tanzania cahindutse nkamahanga yo hanze, ngo abigeme baho barengeje mukwihindura ngo kandi hari nubusambanyi bwagahebuza. Ivyo navyo bikaduha amakenga yokwemera bano bigeme batatu. Ariko rero gikuru namasengesho kandi twizere kw’Imana yakoze vyinshi nibi ihaye ibitengeneza nkuko bikwiye. Gira ico uvuze ntutinye kuko Ijambo nirya bose!
Burundian Gospel Entertainment & Bongo Source Unit
regranulat.pl
November 24, 2012 at 6:23 AM
But a smiling visitant here to share the love (:, btw great design .