New Coming Soon Album “VUMILIA UTAFANIKIWA” by Isayi Msangi

By  |  1 Comment

Umuririmvyi w’Umutanzaniya “Isayi Msangi” ahimbaza Imana mundirimbo, amaze gusohora album yiwe yambere, kandi mubiganiro yagiriraniye na radio Power Praise FM Tanzania, yavuze ko ukuroranirwa yakuye muri alubamu yiwe yambere ninayo yamuhaye ububasha bwo gusohoza Alubamu yakabiri, nayo akaba yashimye kuyita “VUMILIA UTAFANIKIWA”. Uwo muririmvyi akaba yarashimye kwumvisha indirimbo zimwe murizo kandi akavuga ko Alubamu yiwe yakabiri igiye gusohoka mundwi iza. Nuko Rero BURUNDIAN GOSPEL tugiye gukora ivyo dushoboye vyose kugirango mushobore kugura iyo Alubamu canke ukuntu mushobora kuyironka, Alubamu izotangazwa n’Ikampuni imenyekana muri East Africa “UMOJA AUDIOVISUAL”

Umvirize rumwe murizo ndirimbo za Alubamu yiwe yakabiri; “Mama”

[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/11/MAMA-by-Msangi.mp3]
Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

1 Comment

  1. regranulat

    November 24, 2012 at 5:32 AM

    I believe this is among the most vital information for me. And i’m glad studying your article. But should remark on some general things, The site style is wonderful, the articles is in reality nice : D. Just right process, cheers

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar