New Track: “Nikuki Mugenzi” by Seth K. Vyamungu
Seth K. Vyamungu numwe mubaririmvyi baririmbira Imana batanguye igikorwa imbere, kuva agishika hano muri America. Alubamu yiwe yambere yise “Uruwo Gushimwa” yayisohoye mumwaka wi 2009. Aho niho yatanguriye kwiga kurikodi amajwi, mundirimbo zose ziri muriyo alubamu niwe yazirikodiye. mubaririmvyi bose baririmbira Imana, Seth K. Vyamungu numwe muri bamwe batanguye kumenyekanisha igikorwa c’uburirimvyi muburyo bwa rikodi, kuko abenshi batanguye mumwaka wi 2010 ariko we rikodi ziwe uravye intango yiwe, yabitanguye mumwaka wi 2008 aza kumenykanisha igikorwa mumwaka wi 2009. Seth K. vyamungu yashitse muri America mu mwaka wi 2007. Nuko, Runo ruririmbo ni rumwe muri alubamu yiwe yambere kandi nubu aracari nazo, ukaba wifuza kuyironka mwakure kuri kaburungu@burundiangospel.com Inyuma yivyo Seth K. vyamungu aramaze kurikodi indirimbo zirinke ariko ntarazisohora imwe mwarayumvise ni “Ikingera” yasohoreye muri Dallas, Texas
You must be logged in to post a comment Login