New Track: “Ubaya wa Shetani” by Adrien Niyukuri [Burundi Gospel]
By 0 Comments
|
[audio:http://www.burundiangospel.com/wp-content/uploads/2013/01/Ubaya-wa-shetani-By-inyange-Producer-Dany..mp3]
Adrien Niyukuri n’Umuririmvyi mushasha mugihugu c’uburundi mugisagara c’I Bujumbura. Uno musore aracari muto cane mumyaka yo musi ya 18. Uno muririmvyi avuga ko yatanguye umuziki mu mwaka wi 2010 ariko yaronse uburyo bwo gusohoza mumwaka wi 2012 mukwezi kwa 6. Kandi yamenyesheje ko yimirije kugira concert (Igiteramo) mukwezi kwi 7 muruno mwaka nyene aho azoba arikumwe nikundi yiwe hamwe ni umuhari (Choir) witwa English Speaker Choir.
Uno muririmvyi yongera amenyesha ko yifuza kurangiza album yiwe muruku kwezi kwu 8 kugira ngo ayishire kumugaragaro.
You must be logged in to post a comment Login