Nezerwe na runo ruririmbo “Ikiraro”

By  |  0 Comments

Abenshi murikino gihe tumeze nkibiraro kandi dukorera ubusa. Nuko ukaba uri umuririmvyi canke umukozi w’Imana canke uwariwe wese, sigaho kwiratira ivyiki gihe canke kwivayanga nibindi nayahandi uzosanga uri ikiraro. Kandi usanga abantu mwenabo bakomeye cane nkuko ikiraro kiri. Muri barurangiranwa mubikorwa vy’Imana ariko abandi babacako bagenda mwijuru namwe ugasanga muhereye kuronka ubusa atari umuriro utazima. Shaka ube uri umuririmvyi akomeye canke umukozi w’Imana akomeye, hanurwa wumve iyo imburi zikujeko ntiwigire ngo uramenya vyose!

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar