Obama ashobora kwitoza kandi ubugira gatatu kuba umukuru wigihugu ca America!

By  |  0 Comments

obama-2016

Ibinyamakuru birerekana neza yuko umukuru wigihugu “President Barack Obama” kwashaka kwitoza kandi ubugira gatatu mumatora yi 2016. Mbe Abagize imigambwe barabishima? canke abanyagihugu babivugakwiki? Mubinyamakuru vya America, birerekana neza yuko hariho umwe mubagize umugambwe “Democratic Party” ari muri New York, ariko akora ibishoboka vyose kugirango Obama atogwe ubugira gatatu mumatora akurikira mu 2016.

Abanyagihugu bavugako, Obama niyitoza canke niyahindura ibwirizwa nshingiro ryuko umukuru wigihugu kwashobora kwitoza ubugira gatatu, bishobora kuza kuzana ingaruka mbi cane mumigambwe, no mugihugu. hashobora kwaduka intambara yindyane mumigambwe nabanywanyi bimigambwe mubanyagihugu, kandi hashobora kugira ingaruka mbi cane mumibereho yabanyagihugu muri America.

Inkuru zicatohozwa neza, tozobamenyesha ibigenda bikurikirana!

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar