Pastor Depapa Launching his Album “Zaburi 103- Msifuni Bwana Daima” [Burundi Gospel]

By  |  0 Comments

Pastor Depapa numwe mubaririmvyi baririmba Indirimbo z’Imana akongera akaba umupasiteri (Pastor), kandi numwe mubarongora indirimbo zo guhimbaza no kwishikana (Worship Leaders) wo mumugwi wa Shemeza Music Ministry (Arimwo abaririmvyi bakomeye cane bamwe mubambere gose batanguye indirimbo z’Imana (Gospel) aribo ba Apollinaire, David Nduwimana, Nabandi).

Uno muririmvyi “Pastor Depapa” azoba afise igiteramo co kumenyekanisha Album yiwe Nshasha yise “Msifuni Bwana Daima”, kizoba itariki 28 zuku kwezi kwi 7, umwaka wi 2013 kwi kanisa ya Life Center kubatuye ibujumbura, guhera isaha cumi zumugoroba (4pm).

Murahawe kaze mwese kwiyunga nuno muririmvyi, kumushigikira, cane cane ababa mugihu c’uburundi, duteye akamo abanywanyi mwese gushika kuri kino giteramo nkuko dusanzwe tumenyereye gushigikira no guteza imbere abaririmvyi bacu!

 

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar