New Single Track: Wanandoa By Rose Mhando FT Stella Joel

By  |  2 Comments

Stella Joel 

Ni gake abantu Usanga abaririmvyi baririmba Indirimbo z’Imana basangira numuririmvyi wundi, nimba bahari kabisa nibake. Umuririmvyi rurangiranwa mugihugu ca Tanzania “Rose Muhando” Yashoboye gukorana numuririmvyi wundi yitwa “Stella Joel” nuwundi musore yitwa DP mururirimbo rwitwa “Wanandoa

Rose Muhando

Rose Muhando igihe yariko aravugana numwe kwiradiyo ya Praise Power muri Tanzania, aratangarira Imana kuko wene yari yiteguriye kuririmba kandi yegereje kwinjiza injwi ryiwe muri Zoom Studio, giturumbuka aza abona Stella Joel arinjie acha amusaba kuririmba hamwe nawe. Rose Muhando ntiyacotse yanka ariko yaciye yemera kandi ngo ntiyarazi ururirimbo rwiwe ngo rumeze gute ariko yaciye arondera amajambo hama Rose muhando aca atangura kuririmba nawe.

Nuko umusore yitwa DP nawe nyene ari mururwo ruririmbo avuga ko umugore ntakubitwa amakofi canke ngwatukwe. Ivyo yabivuze bivanye nukuntu ururirimbo ruhanura canke rutanga inyigisho.

Umviriza ” Wanandoa By Stella Joel FT Rose Muhando

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

2 Comments

  1. regranulat

    November 24, 2012 at 2:14 AM

    Outstanding post, you have pointed out some great points, I as well conceive this is a very good website.

  2. fridaishimwe

    December 19, 2012 at 6:03 PM

    I really enjoy this song is so awosome…… keep up mom..

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar