Seth Vyamungu “AKA Kaburungu” With Radio Isanganiro and Ernest Baryuwabo
By 0 Comments
|
Umuririmvyi rurangiranwa (Akongera akaba umukuru w’irishiramwe Burundian Gospel Entertainment) “Seth Vyamungu” amenyekana cane kwizina rya KABURUNGU, aho yarari kuri Radio isanganiro mubiganiro vyo kumenyekanisha ibikorwa vyiwe. Uno Mukozi w’Imana avuga ko hari indirimbo yari yashimye gusangira nabanywanyi ariko ntivyabaye bigikunda kubwo ivyuma vya studio y’Iradio bitabaye bigikunda ariko ngo bariko bategura ikindi kiganiro aho azoca anasohorerako album yiwe yakabiri yise “HATUBADILIKI” nkuko mwumvise yabivuze mukiganiro.
You must be logged in to post a comment Login