All posts tagged "Buja Music"
-
Burundian Gospel | March 10, 2014
New Audio: Imvura – Aime M. Ft Jack No, Johnson Mukubwa, Izack Della, King Ven
Uru nururiririmbo rwahariwe gufasha basinzikajwe nayamvura mugihugu c’uburundi muruno mwaka (8 February, 2014). Umuririmvyi Aime M. yakoze...
-
Burundian Gospel | February 23, 2013
New Track: “Ntanumwe Yosa Na Yesu” by Methuselah FT Kaburungu
Abaririmvyi bakomeye “Methuselah Nzisabira na Seth Vyamungu AKA Kaburungu” baririmba indirimbo zoguhimbaza Imana kandi basanzwe bari mumugwi...
-
Burundian Gospel | February 2, 2013
Album ya “Himbaza Collection Vol1” na UBS Gospel yashizwe kumugaragaro
Umugwi mpurikira hamwe umenyekana kw’Izina rya UBS Gospel (United Burundian Gospel Singers) bashize kumugaragaro urukurikirane rwabo rwambere bise...
-
Burundian Gospel | January 29, 2013
Bukuru Celestin aririmba kubw’agahinda k’Impanuka yabaye kwisoko y’ibujumbura “Mpore Burundi”
Umuririmvyi “Bukuru celestin yaraye asohoye ururirimbo kubw’Impanuka yabaye kwisoko y’Ibujumbura, Burundi. Kwishaka rinini twagize, Bukuru Celestin avuga ko:...
-
Burundian Gospel | January 22, 2013
New Track: “Tuzosimbasimba” by Kaburungu FT Methuselah [Burundi Gospel]
Abaririmvyi bakomeye mumiziki y’Imana “Seth Vyamungu AKA KABURUNGU & Methuselah Nzisabira” bamenyekanira cane cane mumugwi wa UBS...
-
Burundian Gospel | January 14, 2013
New Track: “Ubaya wa Shetani” by Adrien Niyukuri [Burundi Gospel]
Adrien Niyukuri n’Umuririmvyi mushasha mugihugu c’uburundi mugisagara c’I Bujumbura. Uno musore aracari muto cane mumyaka yo musi...
-
Burundian Gospel | January 4, 2013
Video: Mwambie Emmanuel By Ijwi ry’ivyizigiro Choir [Burundi Gospel]
-
Burundian Gospel | December 30, 2012
New Video: IRYO ZINA by PHILIBERT NIYONGERE [Burundi Gospel]