All posts tagged "Burundi News"
-
Burundian Gospel | February 23, 2014
Ngo Imfashanyo zigenerwa gufasha abasinzikajwe nayamvura, ngo ntizishikira bose
Idadi ya wakazi wa wilaya hiyo ya mijini ya Buterere denounces cheating katika usambazaji wa misaada kwa waathirika...
-
Burundian Gospel | February 23, 2014
Idarapo ry’Umugambwe MSD ngo Marufuku!
Abanywanyi bane bumugambwe wa MSD (Movement for Solidarity and Democracy), baraye bafunzwe mugasyo hamwe nimbonera kure zibiri zafashwe....
-
Burundian Gospel | February 20, 2014
UPRONA: Tatien Sibomana yarekuwe mwifungiro aho yaramaze imsisi afunzwe ahowe Inama yakoresheje yumugambwe akomokamwo
Ngo nubu umugambwe UPRONA uriyamiriza abapolisi mukubajiragiza kuko ngo kuruno musi aho baheruka...
-
Burundian Gospel | February 16, 2014
Umugambwe UPRONA “Abadasigana” wabuze amahoro no kujuragizwa.
Umugambwe wabadasigana “UPRONA” ngo ivyo barimwo sivyoroshe. Kuruyu wagatandatu w’Imana igenekerezo rya 16 Ruhuhuma (February), 2014, aho urwaruka...
-
Burundian Gospel | February 15, 2014
Rwanda: Umugambi wo kwica Peter Nkurunziza, umukuru w’igihugu c’Uburundi no kugaba igitero muri Tanzania bigeze kure
Iminsi myinshi! Nyamuneka mujya mungaya gutinda ntimukangaye guhera. Ariko nubu nje nkuwinyabya kuko akanya mfite kangana iyara, ariko...
-
Burundian Gospel | February 15, 2014
Charles Nditije Avuga kw’Ivyatangajwe Na Concilie Nibigira Bidafise Ifatiro
Inyuma y’aho umupfasoni Concilie Nibigira, yandikiye ikete umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu Burundi mu mugambi wo...
-
Burundian Gospel | February 15, 2014
Prosper Bazombanza niwe yashikirijwe kuba Icegera cambere c’Umukuru w’Igihugu Muburundi
Ku musi wagatanu mugitondo itariki 14 Ruhuhuma (February), 2014 niho haba isabukuru rya Prosper Bazombanza aho yariko arasoma indahiro (Ukuboko...
-
Burundian Gospel | February 14, 2014
Hamaze gutorwa ibiziga bishika 150 bahitanywe nayamvura iheruka kurwa mugihugu c’Uburundi
Mumakuru avugwa mugihugu c’Ubrundi, hamaze gutorwa ibiziga vyabantu bishika kwi 150 bahitanywe nayamvura yisengenya yahita mugisagara c’Ibujumbura mumatariki...