Umuririmvyi aririmba indirimbo z’ Imana “Fidel Murua” Asohoje umukanda wa Alubamu yiwe yambere yise “Pokea Baraka”
Fidel Murua n’ umuririmvyi asanzwe aririmba mu muhari witwa “Amena Choir” uri mu gisagara ca Cedar Rapids, Iowa. Uno muririmvyi yaramaze igihe kitari gito aho yari yaratembereye mu gihugu c’ Uburundi, nuko mururwo rugendo rwiwe akaba yacihe ahakorera alubamu yiwe ubgiwe yambere yise “Pokea Baraka.
Tubamenyeshe kandi k’ uno muririmvyi ahaye yitegurira kuriko video yino alubamu yiwe yambere. Amakuru menshi tugiye kuzoyibaha muri Interview tuzokorana nawe mu misi irimbere!
Post Views:
2,123
← Previous Story Interview n’umuririmvyikazi “Alice Niyogakiza” {Burundi Gospel}
You must be logged in to post a comment Login