Umuririmvyikazi “Witness Kabura” ariko yitegurira gusohora Video ya album yiwe yambere “USIKATE TAMAA”

By  |  0 Comments

Witness Kabura (Burundi Gospel Musician) avuga ko yimirije gutangura kugira ama clips (amavideo) ya alubamu yiwe yambere yise “USIKATE TAMAA”. Akavuga ko azotangura gufata ama video yambere kuruyu wagatanu itariki 14, zukwezi kwa 6, muruno mwaka wi 2013.

Akongera asaba abanywanyi bose ko bomufasha mugusengera ico gikorwa kuko ngo sivyoroshe, ariko kubw’ukwizera namasengesho, arizera ko bizogenda neza.

Kanda hano wumvirize ururirimbo rwiwe muri album yiwe yambere “HUYAJIBU MAOMBI”

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar