Video “Umwana w’Umutegetsi” by Ujumbe Choir Nyanza Lac [Burundi Gospel]
By 0 Comments
|
Ujumbe Choir nimwe mumakwaya akomeye cane gose kandi imenyekana gose mugihugu c’uburundi, i Nyanza Lac, Makamba niho uno mugwi utuye.
Uno muhari umaze gusohora Album zibiri, Imwe bayisohoye bakiri induta, iyindi yakabiri ariyo “Saa Ya kukombolewa” bayisohoye bari i Burundi ariko basafiye baja Dar-es-salaam kuyisohorerayo.
You must be logged in to post a comment Login