Yaya Solo Kibangu ariko arondera imfashanyo (Support) kuko yimirije gusohoza Alubamu

By  |  0 Comments

My name is Murishi Sylvestre (AKA Yaya Solo Kimbangu) I was born in Congo, In 1996. i grew up in Mtabila Camp, and my parents are Burundians. I came to America in 2009. I love music a lot. so in2009, I started singing in choir. In 2010.
 I started learning how to play instruments. In 2011 I became a very good musician and I started to create my own music. i speak three different languages and they are Kurundi, Swahili and English.
I love God so much, I love to sing and also to communicate with other people.
For more contact, please here is my E-mail and phone number.
y.aya46@yahoo.com 816-756-8442
Yaya ariko asaba imfashanyo kugirango ashobore gusohora Alubamu canke indirimbo.  Murishi AKA Yaya Solo aravuza igitari ca Solo kabisa nawe ugahezagizwa, kandi aho atuye muri Kansas City, Missouri aririmba mwikaya yitwa Nuru Choir. Uno musore arasavye nimba hoba hariho uwoshobora kumufasha vyukuri agashobora gusohoza indirimbo, kuko arafise ingabire ariko ntaburyo afise kandi yimirije gusohora indirimbo canke alubamu yiwe mumisi irimbere.  Bibiriya itwigisha gufashanya, iyo mugenzi wacu akenye natwe ntitwifumbereze ariko tugorore amaboko dutange ata kanubwe. Rero kuwufise imfashanyo wese arashobora kumufasha mugihe ariko aritegurira gusohora iyo Alubamu canke indirimbo Ibisigaye Ndazi mumisi iri imbere uno musore azoba ari umwe mubaririmvyi bakomeye niyamara kuronka uburyo
Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar